Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Ariko ikoraniro rirazazanirwa kuko bamwe bayogora bavuga ibi, abandi bakayogora bavuga ibindi. Ndetse benshi muri bo ntibari bazi n’igituma bari ngaho.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Nuko barayogora, bamwe ukwabo abandi ukwabo, kukw iryo shengero ryavurunganye, abenshi batāri bazi icatumye bakorana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:32
6 Referans Kwoze  

Bamwe mw’isinzi ryari aho bagasemerera bavuga bimwe, abandi bakavuga ibindi. Kubera ko uwo mukuru w’abasoda atashobora kumenya ukuri bitumwe n’urwamo rw’abantu, ategeka ko Pawulo ajanwa mw’ikambi.


Erega turashobara kwagirizwa imigumuko kubera ibibaye uno musi. Kandi nta co twokwireguza kuko nta kintu na kimwe gifadika cabitumye.”


Mu mwanya muto igisagara cose cuzura imigumuko. Abantu bose biruka baja mu kibaza c’ibirori, bagenda barakwega Gayo na Arisitariko, abari bagendanye na Pawulo kuva i Makedoniya.


Na bamwe mu batware b’iyo ntara, bari abagenzi ba Pawulo, bamutumako bamwinginga ngo ntahirahire ngo yinjire muri ico kibanza kiberamwo ibirori.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite