Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Pawulo agomvye guseruka imbere y’ikoraniro, abigishwa baramwankira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Maze Paulo agomvye kuja mur’ iryo gugu ry’abantu, abigishwa baramutesha.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:30
7 Referans Kwoze  

Pawulo arishura ati: “Ndi Umuyuda w’i Taruso muri Kilikiya, umunyagisagara kidasanzwe. Ndakwinginze unyemerere ngire ico mbwira aba bantu.”


Ariko bamwe bakomantaza imitima banka kwizera, banebagura ku mugaragaro inzira y’Umwami Yesu. Nuko Pawulo aca ava muri iryo sinagogi, agenda ajanye n’abizera, abandanya avuganira mu nyubakwa uwitwa Turano yigishirizamwo.


Na bamwe mu batware b’iyo ntara, bari abagenzi ba Pawulo, bamutumako bamwinginga ngo ntahirahire ngo yinjire muri ico kibanza kiberamwo ibirori.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite