Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Maze ijambo ry’Umwami Imana rikwiragira henshi kandi rigira ubushobozi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Uko ni kw ijambo ry’Umwami Yesu ryagwiriye cane, rigira ububasha.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:20
6 Referans Kwoze  

Nuko ijambo ry’Imana rishishikara kugwira no kwamamara.


Nuko ijambo ry’Imana ribandanya kwamamara, igitigiri c’abigishwa i Yerusalemu kiragwira cane, kandi n’abaherezi benshi b’Abayuda barizera.


Mu kurangiza, bene Data, mudusengere kugira ngo Ubutumwa Bwiza bw’Umwami bwamamare ningoga kandi ijambo ryiwe ryubahwe nk’uko ryubashwe muri mwebwe.


Ca cariho ca Kayisari kibibonye kirizera kuko catangajwe cane n’izo nyigisho zavuga ivy’Umwami Yesu.


Amara imyaka ibiri abikora uko, gushika Abayuda n’Abagiriki bose baba muri Aziya bumvise ijambo ry’Umwami Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite