Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Abahora bakora ivy’amareba, bazana ibitabu vyabo babituririra ku mugaragaro. Igiciro c’ivyo bitabu, yari ibiceri vy’ifeza ibihumbi mirongo itanu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Benshi no mu bakora ivy’ ubupfumu bakoranya ibitabo vyabo vy’ubupfumu, babituririra mu maso ya bose: baharūra igiciro cavyo, basanga gishitse ku ntete z’ifeza ibihumbi mirongwitanu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:19
23 Referans Kwoze  

Ariko wa munyamareba Eluma (izina ryiwe ni ko risobanurwa mu Kigiriki), arabahaririza agomba guhuvya ukwizera kwa ca cariho ca Kayisari.


Nuko bagendagenda iryo zinga ryose gushika bashitse i Pafo. Aho bahahuriye n’Umuyuda w’umunyamareba yigira umuvugishwa, yitwa Bari Yesu,


Mwagirira impuhwe abapfunzwe, kandi iyo babanyaze ivyanyu mwavyemerana umunezero, kuko mwari muzi ko mufise ubutunzi burengeye ubwo kandi buzokwamaho.


Nuko rero, umuntu wese muri mwebwe adaheba ivyiwe vyose, ntashobora kuba umwigishwa wanje.


Canke nk’umugore yoba afise ibiceri cumi vy’ifeza, hanyuma kimwe kigatakara, mbega ntiyokwatsa itara, agakubura inzu yose, akakirondera gushika agitoye?


Maze benshi mu bari bizeye baraza, baratura bongera bavugira ku mugaragaro ivyo bakoze.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite