Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Umusi umwe impwemu mbi irabishura iti: “Yesu ndamuzi, na Pawulo ndamuzi. None mwebwe muri ba nde?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Impwemu ihumanye irabishura, iti Yesu ndamuzi, na Paulo ndamuzi, ariko mweho muri ba nde?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:15
12 Referans Kwoze  

Nuko Yesu akiza abantu benshi bari barwaye ingwara zitandukanye. Yirukana n’impwemu mbi nyinshi, ntiyazemerera kugira ico zivuga kuko zari zamenye uwo ari we.


“Yesu w’i Nazareti, uturonderako iki? Uzanywe no kuduhonya? Ndazi uwo uri we. Uri Uwera w’Imana!”


Kandi hari n’abahungu indwi b’Umuyuda yitwa Sikewa, umwe mu baherezi bakuru, bakora nk’uko.


Wa muntu yarimwo impwemu mbi aca abasimbirako, abarusha inkomezi, arabakubita gushika aho bahunga inzu barimwo bari gusa, bavirirana.


Uvuga ko ufise ukwizera kuko wizera ko hari Imana imwe. Ivyo ni vyiza! Ariko n’abadayimoni ivyo baravyizera, mbere bakanajugumira kubera gutinya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite