Ivyakozwe 18:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kirisipo, umukuru w’isinagogi n’abo mu nzu yiwe bose bizera Umwami Imana, kandi ab’i Korinto benshi bumvirije Pawulo barizera, bongera barabatizwa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko Krisipo, umukuru w’isinagogi, yizerana Umwami Yesu n’abo mu nzu yiwe bose; n’Abakorinto benshi bumvise barizera, barabatizwa. Gade chapit la |