Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Maze abatware b’ico gisagara baka Yasoni n’abari kumwe na we ingwati y’amafaranga, hanyuma barabarekura.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 nuko bāka Yasona n’abandi ingwati, barabarekura.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:9
2 Referans Kwoze  

Ariko bamwe mu Bayuda bibatera ishari, baca bakoranya abantu b’imburakimazi babakuye mu mabarabara yaho, bagira umugwi munini, hanyuma batangura gutera imigumuko mu gisagara. Nuko binjira mu nzu kwa Yasoni barondera Pawulo na Silasi, kugira ngo babajane imbere y’ikoraniro.


Abantu bose n’abatware b’igisagara bavyumvise bagira uruhagarara.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite