Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yasoni ni we yabahaye indaro, kandi bariko barenga amategeko ya Kayisari, bavuga ko hariho uwundi mwami yitwa Yesu.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 kandi Yasona yabashembereje: abo bose barenze ivyagezwe vya Kayisari, bavuga yuko harih’ uwundi mwami, ngo ni Yesu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:7
12 Referans Kwoze  

batangura kumurega bavuga bati: “Uwu muntu twasanze ariko aragumura abantu bo mu bwoko bwacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, kandi yigira Kristo, umwami.”


bigisha imigenzo twebwe Abaroma tutemerewe gukurikiza.”


Kuva ako kanya, Pilato agerageza kurekura Yesu, ariko abakuru b’Abayuda babandanya basemerera bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba ukiri umugenzi wa Kayisari. Umuntu wese yiyita umwami aba agararije Kayisari.”


Kuko ico Imana igomba n’uko mukora ivyiza, bigatuma abatubaha Imana babura ico babavuga.


Nuko Yesu n’abigishwa biwe babandanije urugendo, bashika mu mihana, ahaba umugore yitwa Marita, na we abaha ikaze iwe.


Ariko bamwe mu Bayuda bibatera ishari, baca bakoranya abantu b’imburakimazi babakuye mu mabarabara yaho, bagira umugwi munini, hanyuma batangura gutera imigumuko mu gisagara. Nuko binjira mu nzu kwa Yasoni barondera Pawulo na Silasi, kugira ngo babajane imbere y’ikoraniro.


Abantu bose n’abatware b’igisagara bavyumvise bagira uruhagarara.


Kandi muri iyo ntumbero nyene, mbega Rahabu maraya ntiyemewe nk’uwugororotse bivuye ku vyo yakoze igihe yaha indaro ba batasi kandi akabarungika abacishije mu yindi nzira?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite