Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Nuko Pawulo aca ava muri iryo koraniro.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Nuko Paulo ava muri bo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:33
2 Referans Kwoze  

Bumvise ivyo kuzuka kw’abapfuye, bamwe baritwengera, ariko abandi bavuga bati: “Tuzosubira kukwumviriza kuri ivyo ikindi gihe.”


Ariko bamwe mu bari aho baca bacika abigishwa ba Pawulo, barizera. Muri abo harimwo Diyonisiyo, umwe mu bagize inama Areyopago, umugore yitwa Damari, hamwe n’abandi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite