Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 None rero, ko turi uruvyaro rwayo, ntidukwiye kwiyumvira ko Imana imeze nk’igishushanyo gikozwe mu nzahabu, mw’ifeza canke mw’ibuye, mu buhinga n’amaboko vy’abantu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Nuko rero, ko tur’ uruvyaro rw’Imana, ntidukwiye kwiyumvira yukw Imana isa n’izahabu, cank’ ifeza, cank’ amabuye, ivyābājwe n’ubuhinga n’ubgenge bg’abantu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:29
14 Referans Kwoze  

None murumva ingene wa mugabo Pawulo yemeje abantu, akazimiza benshi muri Efeso, ndetse no muri Aziya yose. Avuga ko imana zikozwe n’abantu atari imana na mba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite