Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ni kubera yo tubayeho, tukagendagenda, kandi tukagira ubuzima. Nk’uko bamwe mu bahinga banyu babivuze, ‘Turi uruvyaro rwayo.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Kuko muri yo ari ho tubeshejweho, tugenda, turi n’ubugingo; nk’uko na bamwe bo mu bigeneye indirimbo banyu bāvuze, bati Kuko natwe, tur’ uruvyaro rwayo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:28
16 Referans Kwoze  

We yabayeho vyose bitarabaho, kandi muri we ni ho vyose bifatanirizwa.


Uwo Mwana yerekana ugukayangana kw’ubwiza bw’Imana kandi ni we shusho nyayo iboneka y’ubumana bwayo. Vyongeye ni we ashigikije vyose ijambo ryiwe ry’inkomezi. Ahejeje gushiraho uburyo bwo kwoza ivyaha vyacu, yaciye yicara mu kibanza c’iteka i buryo bw’Imana y’icubahiro mw’ijuru.


Si Imana y’abapfuye, ni Imana y’abazima, kuko kuri yo bose bariho.”


Nk’uko Data afise ubugingo muri we, ni ko yahaye Umwana kugira ubwo bugingo muri we.


Yesu aramubwira ati: “Ni jewe kuzuka n’ubugingo. Uwunyizera wese, naho yopfa, azobaho.


Nimba ba data bo kw’isi baraduhana tukabubaha, dukwiye kurushiriza kugamburukira Data w’impwemu, kugira ngo tubeho.


Kenani mwene Enoshi, Enoshi mwene Seti, Seti mwene Adamu, Adamu akomoka ku Mana.


N’umwe mu bavugishwa babo yaravuze ati: “Abanyakirete bama babesha: ni ibikoko vy’inkazi, ni ibinebwe n’abakunzi b’inda.”


Yesu ni we yeza abantu ivyaha vyabo. Uweza hamwe n’abezwa bose bafise Se umwe. Ni co gituma Yesu bitamutera isoni kubita abavukanyi biwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite