Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Imana yakoze ivyo kugira ngo abantu bayirondere, kandi kugira ngo kumbure nibagerageza kuyirondera baze bayibone, n’aho itari kure y’umuntu n’umwe muri twebwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 kugira ngo barondere Imana, ngo namba kumbure bakabakavye boyibona, nah’ itari kure y’umuntu n’umwe muri twebge.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:27
9 Referans Kwoze  

Ariko ntiyigeze ihengeshanya kubiyereka mu vyiza yabakorera: yabaha imvura iva kw’ijuru n’umwimbu mwinshi mu gihe cavyo, ibaha ivyokurya bikwiye, ikuzuza imitima yanyu umunezero.”


Kuva isi iremwa, ivyerekeye Imana bitabonwa n’aya maso: ubushobozi bwayo buhoraho, n’ubumana bwayo, biraboneka neza vyerekanywe n’ivyo yaremye. Ni co gituma ata muntu n’umwe afise ico yokwireguza.


Canke ntubona ingene Imana igira neza, yihangana kandi idahaniraho? None ivyo nta co bikubwiye? Mbega ntubona ko mu kugira neza kwayo Imana ishaka kugushikana ku kwihana ivyaha vyawe?


kugira ngo abandi bantu bose baze barondere Uhoraho, barimwo n’Abanyamahanga bitirirwa izina ryanje, ni ko Uhoraho abikora avuze,’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite