Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 (Mu bisanzwe abantu bo muri Atenayi n’abanyamahanga bahaba bama bahura ata kindi kibahuje atari ukuvuga n’ukwumviriza inkuri nshasha.)

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Kukw Abanyatenayi bose n’ab’ akavantara bāriho, batāgira ikindi bakora, atar’ ukwumva canke kudonda amakuru mashāsha.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:21
9 Referans Kwoze  

Mugire ubwenge ku kuntu mubana n’abo hanze; kandi mukoreshe neza akaryo kose muhawe.


Akaryo kose muronse mugakoreshe neza, kuko imisi ari mibi.


Ikindi ni uko bashobora kuba ibinebwe, bakama bayerera inzu ku nzu bavuga urusaku, bita mu bitabaraba bongera bavuga ivyo batotegerejwe kuvuga.


i Furugiya, i Pamfiliya, muri Egiputa no mu gice ca Libiya cegereye Kurene, n’abavuye i Roma


Abaherekeje Pawulo bamushikana muri Atenayi, baca basibura i Beroya. Nuko Pawulo abatuma kuri Silasi na Timoteyo ababwira ko boca bamusangayo badatevye.


Pawulo akibarindiririye muri Atenayi, agira intuntu mu mutima kubera ibigirwamana vyinshi yabonye muri ico gisagara.


Ivyo uzanye bimeze nk’ivyaduka mu matwi yacu, tugomba kumenya ivyo ari vyo.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite