Ivyakozwe 17:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Maze Abayuda b’i Tesalonike bumvise ko Pawulo ariko yigisha ijambo ry’Imana i Beroya, baca bajayo, bosha abantu gutera imigumuko. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Arikw Abayuda b’i Tesalonike bamenye yukw ijambo ry’Imana rivugwa na Paulo i Beroya kandi, bajayo na ho, bavyura imivurungano mu bantu, babahagarika imitima. Gade chapit la |