Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 16:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Pawulo na Silasi bavuye muri iryo bohero baca baja kwa Lidiya, babonana n’abandi bene Data, babatera intege mu kwizera, baca baragenda.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Bavuye mw ibohero, baja kwa Ludiya, barinjira; bamaze kubona bene Data, barabahanūra, bavayo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 16:40
10 Referans Kwoze  

Umwe mu bariko baratwumviriza yitwa Lidiya, yava i Tuwatira, akaba yari umudandaza w’impuzu z’agaciro kandi yubaha Imana. Nuko Umwami Imana yugurura umutima wiwe, yakira Ubutumwa Pawulo yariko aravuga.


binginga abigishwa ngo bagume bahagaze mu kwizera. Bababwira bati: “Dutegerezwa guca mu bitubabaza vyinshi kugira twinjire mu Bwami bw’Imana.”


Petero na Yohana bamaze kurekurwa baca basubira aho bagenzi babo bari, babiganira ivyo abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bababwiye.


Yavugwa neza n’abizera b’i Lusitira n’abo muri Ikoniyo.


Muri iyo misi, Petero ahagarara hagati y’abizera (bashika nk’ijana na mirongo ibiri),


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite