Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 16:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Baca baja kubahoyahoya, babasohora ibohero, babaherekeza babinginga ngo bave muri ico gisagara.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 baraza, babakomera ibōbo, barabasohora, babinginga kuva mur’ ico gisagara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 16:39
10 Referans Kwoze  

Ubwo nyene abantu bose bo muri ico gisagara baja gutegera Yesu, bamubonye baramwinginga ngo abavire mu ntara.


Maze abo bantu baca binginga Yesu ngo abavire mu ntara.


Ehe, nzozana abo mw’isinagogi rya Satani biyita Abayuda kandi atari bo, bapfukame imbere yawe, bamenye ko ndagukunda.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite