Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 16:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Ba basoda baca baja kubibwira abacamanza. Bumvise ko Pawulo na Silasi ari Abaroma, baca bagira ubwoba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Abo bagendanyi babarira abacamanza ayo majambo: na bo baratinya, bumvise kw ar’ Abaroma,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 16:38
5 Referans Kwoze  

Abagira bamusambishe baca basubira inyuma ubwo nyene. Na wa mukuru w’abasoda agira ubwoba kuko yabohesheje Pawulo, kandi ari Umuroma.


Baca barondera ingene bomufata, ariko batinya abantu kuko kuri bo Yesu yari uwuvugishwa n’Imana.


Herode na we yama agomba kwica Yohana ariko agatinya abantu, kuko kuri bo Yohana yari uwuvugishwa n’Imana.


Nibabashengeza mu masinagogi, imbere y’abatware n’abategetsi, ntimuze muhagarikwe imitima n’ivyo muzokwireguza canke muzovuga.


Bukeye, abacamanza batuma abasoda kuri wa murinzi w’ibohero, ati: “Rekura abo bantu.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite