Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 16:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Ariko Pawulo na Silasi baramwishira bati: “Badutonaguriye imbere y’abantu tutanaburanye kandi urubanza rwadutsinze kandi turi Abaroma, bagirako baduta mw’ibohero, none bagomba kuturekura mu mpisho? Ntibishoboka! Nibaze bo nyene ubwabo, babe ari bo batwirekurira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Ariko Paulo arabishura, ati Ko bādukubitiye imbere y’ishengero, ata kidutsinze, kandi tur’ Abaroma, bakadushira mw ibohero: none bagomba kuduhinda mu mpisho? Ekaye, ni babe ari bo biyizira ubgabo badusohore.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 16:37
11 Referans Kwoze  

Ndabarungitse nk’intama mu bikoko vy’inkazi. None rero, mwiyubare nk’inzoka kandi mwitonde nk’inuma.


Kubera ko Yosefu yari umuntu atunganye, yiyumvira ingene yomuheba mu mpisho, kuko atagomba kumutetereza mu bantu.


Ndamukubitisha gusa, hanyuma ndamurekure.” [


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite