Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 16:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ariko Pawulo arasemerera ati: “Reka ntugire ico wigira, twese turi hano.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ariko Paulo asemerera n’ijwi rirenga, ati Ntiwigirire nabi, twese turi hano.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 16:28
15 Referans Kwoze  

Mwirinde ntihagire uwusubiza inabi mugenziwe, ariko mugiriranire ubugwaneza muri mwebwe no ku bandi.


Maze Yesu aravuga ati: “Data, bababarire, kuko ntibazi ico bariko barakora.” Maze bagabura impuzu za Yesu hakoreshejwe ubufindo.


Jeho ndababwiye nti: mukunde abansi banyu kandi musengere ababagirira nabi,


Yesu aca arasemerera ati: “Geza aho, biramaze!” Yesu aca akora kuri kwa gutwi, aramukiza.


Umurinzi w’ibohero yikanguye asanga imiryango yose iruguruye, maze asokorora inkota ngo yiyice kuko yibaza ko imbohe zatorotse.


Wa murinzi w’ibohero aca atumako urumuri, yiruka mu cumba Pawulo na Silasi barimwo, yikubita imbere y’ibirenge vyabo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite