Ivyakozwe 16:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Maze ba shebuja babonye ko bagiye guhomba amahera yahora abacira, bafata Pawulo na Silasi, babajana imbere y’abatware, mu kibanza gikoraniramwo abantu benshi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Maze ba shebuja babonye yukw ico bazigakw inyungu kivuyeho, bafata Paulo na Sila, barabakwega babajana mu kaguriro imbere y’abashingantahe, Gade chapit la |