Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 15:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 ariko Pawulo we abona ko bitabereye ko bojana kuko yigeze kubata i Pamfiliya, ntiyabandanyana na bo mu gikorwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Ariko Paulo ntivyamubera vyiza kujana uwabataye i Pamfiliya, ntajane na bo mur’ ico gikorwa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 15:38
7 Referans Kwoze  

Bavuye i Pafo, Pawulo n’abo bari kumwe baca bafata ubwato baja i Pamfiliya ahitwa Peruga, Yohana Mariko aca abasigaho asubira i Yerusalemu.


kuko ntiyiyeguriye Imana, afise imitima ibiri, ntashikamye mu kintu cose akora.


Hanyuma uwundi na we araza avuga ati: “Mwami, ndagukurikira, ariko reka mbanze ngende nsezere umuryango wanje.”


i Furugiya, i Pamfiliya, muri Egiputa no mu gice ca Libiya cegereye Kurene, n’abavuye i Roma


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite