Ivyakozwe 15:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Ariko Pawulo na Baranaba bagumye muri Antiyokiya, aho bo n’abandi benshi bigishije bongera bavuga Ijambo ry’Umwami Yesu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kandi Paulo na Barunaba baguma muri Antiyokiya bigisha abantu, bababgira ijambo ry’Umwami Yesu, bafatanije n’abandi benshi. Gade chapit la |