Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 15:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Barisomye baranezerwa cane kuko ryarimwo ubutumwa bubatera intege.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Bamaze kugisoma banezererwa iyo mpanūro.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 15:31
8 Referans Kwoze  

Kuko, twebwe dusengera Imana muri Mpwemu, tukirata Kristo Yesu, kandi ntitwishimire ivy’umubiri, ni twebwe twakebwe vy’ukuri.


Kristo yatubohoye kugira ngo aduhe umwidegemvyo. Hagarara mushikamye rero, ntimwongere kwemera umuntu n’umwe asubira kubaremereza imitwaro y’ubuja bw’ivyagezwe.


Nuko amashengero arakomezwa mu kwizera, kandi igitigiri c’abizera kirongerekana ku musi ku musi.


None rero, ni kubera iki mugomba kugerageza Imana mu kuremeka abigishwa imitwaro twebwe ndetse na ba sogokuruza tutashoboye kwikorera?


Hari abantu bavuye i Yudaya baja muri Antiyokiya, bigisha abizera bati: “Mudakebwe nk’uko imigenzo twigishijwe na Mose ibitegeka, ntimushobora gukizwa.”


Nuko abo bantu baca barabarungika bamanuka muri Antiyokiya, bakoranya ishengero, babashikiriza rya kete.


Yuda na Silasi, bari basanzwe ari abavugishwa n’Imana, bongera bababwira amajambo menshi yo kubatera intege no kubakomeza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite