Ivyakozwe 15:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ahubwo dukwiye kubandikira, tukabwira ko bokwirinda kurya ivyaterekerewe ibigirwamana, bakirinda ingeso mbi z’ubusambanyi, kutarya ibikoko vyanizwe, n’amaraso. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 ariko tubandikire ngo bareke ibihumanya vy’ibigirwamana, no gusambana, no kurya ibinizwe, bo n’amaraso. Gade chapit la |