Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Bavuga Ijambo ry’Imana i Peruga, baca bamanuka muri Ataliya.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Bamaze kuvuga ijambo ry’Imana i Peruga baramanuka baja muri Ataliya;

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:25
4 Referans Kwoze  

nk’uko twazishikirijwe n’abavyiboneye kuva bigitangura, ari na bo bamamaje Ubutumwa Bwiza.


Bavuye i Pafo, Pawulo n’abo bari kumwe baca bafata ubwato baja i Pamfiliya ahitwa Peruga, Yohana Mariko aca abasigaho asubira i Yerusalemu.


Abantu benshi bakoranira aho hantu haruzura ku buryo n’imbere y’umuryango ata kibanza cari kihasigaye.


Abo bemejwe n’ubushobozi bwagaragariye mu bitangaza n’utwumiza hamwe n’ubushobozi bwa Mpwemu w’Imana. Uko ni ko navuze Ubutumwa Bwiza bwa Kristo kuva i Yerusalemu kugeza nshitse muri Ilurikumu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite