Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ariko abandi bigishwa bamaze kuza bakegeranira aho yari ari, aca arahaguruka, asubira mu gisagara. Bukeye we na Baranaba baca barahava, baja i Derube.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Arikw abigishwa bahagaze bamukikije, aravyuka, aja mu gisagara; bukeye bg’aho avanayo na Barunaba, aja i Derube.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:20
13 Referans Kwoze  

Dufatwa nk’abatazwi ariko tuzwi na bose. Dusa n’abegereje urupfu ariko tubandanya tubaho. Turakubitwa ariko ntidupfa.


Ya migumuko iheze, Pawulo aca atumako abigishwa abatera intege, hanyuma arabasezera, afata urugendo aja i Makedoniya.


Pawulo na Silasi bavuye muri iryo bohero baca baja kwa Lidiya, babonana n’abandi bene Data, babatera intege mu kwizera, baca baragenda.


Intumwa zibimenye, zica zihungira mu bisagara vya Lusitira na Derube biri i Lukawoniya, no mu micungararo.


Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira, aho umwigishwa yitwa Timoteyo yaba. Nyina yari Umuyudakazi yizera, ariko se yari Umugiriki.


Maze baguma aho, babana n’abigishwa igihe kitari gito.


Petero aca arabamama ngo batekereze, aca abiganira ido n’ido ukuntu Umwami Imana yamukuye mw’ibohero. Arababwira ati: “Murabibwira Yakobo n’abandi bene Data.” Aca ava aho aragenda.


Amubonye, aca amujana muri Antiyokiya, bompi bamarana umwaka n’ishengero, bigisha abantu benshi cane. Aho muri Antiyokiya ni ho abigishwa bitiwe ubwa mbere Abakristo.


binginga abigishwa ngo bagume bahagaze mu kwizera. Bababwira bati: “Dutegerezwa guca mu bitubabaza vyinshi kugira twinjire mu Bwami bw’Imana.”


Nuko abigishwa bo muri Antiyokiya, bivanye n’ico umwe umwe wese ashoboye, bafata ingingo yo kurungikira imfashanyo abizera b’i Yudaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite