Ivyakozwe 14:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ariko Abayuda banse kwizera bagumura abandi Banyamahanga babatera kwanka abizera. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Arikw Abayuda banse kwumvira ivyo, bavyura urwanko mu mitima y’abanyamahanga ngo bagirire inabi bene Data. Gade chapit la |