Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Naho Pawulo yari avuze amajambo nk’ayo, intumwa vyarazigoye kubabuza kuzishikanira ibimazi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Aho bāvuga ayo majambo, hāri hasigaye gatoya ntibabe bakibuza ishengero kubacumitira ikimazi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:18
8 Referans Kwoze  

Yesu amenye ko bagira baze ngo bamwimike ku nguvu nk’umwami, aca asubira ku musozi ari wenyene.


Kuko imitima y’ubu bwoko ikomantaye; amatwi yabo ntashobora kwumva, kandi amaso yabo barayahumiriza. Ahandi ho bobonesheje amaso yabo, bakumvisha amatwi yabo, bagatahurisha imitima yabo; maze bagahindukira, nanje nkabakiza.’


Ariko ntiyigeze ihengeshanya kubiyereka mu vyiza yabakorera: yabaha imvura iva kw’ijuru n’umwimbu mwinshi mu gihe cavyo, ibaha ivyokurya bikwiye, ikuzuza imitima yanyu umunezero.”


Maze haca haza Abayuda bari bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo, bosha abari aho bose, batera amabuye Pawulo, bamukwegera inyuma y’igisagara bibwira ko yapfuye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite