Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ishengero ribonye ivyo Pawulo akoze, bavuga n’amajwi arenga mu Kinyalukawoniya bati: “Imana zadushwayemwo zambaye imibiri y’abantu!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ ishengero ribonye ico Paulo akoze, bavuga n’ijwi rirenga mu Kinyalukawoniya, bat’ Imana zitumanukiyemwo zīshushanije n’abantu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:11
6 Referans Kwoze  

Abantu bari biteze ko aca avyimba canke agapfa ubwo nyene. Ariko barindiriye umwanya muremure bakabona nta co abaye, baca barahindura batangura kuvuga ko Pawulo ari imana.


kandi abantu bose, abahambaye n’aboroshe, baramutangarira bakavuga bati: “Uwu mugabo ni bwa bushobozi bw’Imana, bita ‘Ubushobozi Buhambaye.’ ”


Maze abantu basemererera rimwe bavuga bati: “Iyi ni imana ivuze, si umuntu.”


Intumwa zibimenye, zica zihungira mu bisagara vya Lusitira na Derube biri i Lukawoniya, no mu micungararo.


Baranaba bamwita Zeyusi, Pawulo na we bamwita Heremesi, kuko ari we yigisha kenshi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite