Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Pawulo aca avuga n’ijwi rirenga ati: “Haguruka, uhagarare ku birenge vyawe!” Ubwo nyene wa mugabo aca arabaduka, aca atangura gutambuka.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Avuga n’ijwi rirenga, ati Hagarara n’ibirenge vyawe, weme. Arabaduka, aratambuka.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:10
8 Referans Kwoze  

Ndababwire ukuri, uwunyizera wese azokora ibikorwa nk’ivyo nakoze, mbere azokora n’ibibiruta, kuko jewe ngiye kuja kwa Data.


Maze Yesu yegera isandugu yarimwo ikiziga, abari bayiteruye baca barahagarara. Hanyuma avuga ati: “Muhungu, ndakubwiye, haguruka!”


ariko uwunywa amazi ntanga ntazosubira kugira inyota. Ahubwo ayo mazi azohinduka isoko ridudubiza muri we, rizana ubugingo budashira.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite