Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 13:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 yagishikije ku bwacu, twebwe abana babo, mu kuzura Yesu mu bapfuye. Ibi ni vyo vyanditswe muri Zaburi ya kabiri ngo: ‘Uri umwana wanje; uwu musi ndakuvyaye.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 yukw Imana yabishikije kuri twebge abana babo, hamwe yazura Yesu. Kandi ni ko vyanditswe muri Zaburi ya kabiri, ng’ Ur’ Ubura bganje, uyu musi ndakuvyaye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 13:33
10 Referans Kwoze  

Na Kristo na we ntiyihaye ico cubahiro co kuba Umuherezi Mukuru. Yagihawe n’Imana aho yavuga iti: “Uri Umwana wanje, uwu musi ndakuvyaye.”


Amaze kuzuka, abigishwa biwe baciye bibuka ko ivyo yari yarabivuze, baca bizera Ivyanditswe n’amajambo Yesu yari yaravuze.


Ariko Imana yaramuzuye mu bapfuye, imukura mu vyara vy’urupfu, kuko bitashoboka ko urupfu rumugumya.


Uwo Yesu Imana yaramuzuye mu bapfuye, twese turi ivyabona vyo kubishingira intahe.


Maze atangura kwigisha mu masinagogi ko Yesu ari Umwana w’Imana.


Ariko Imana yaramuzuye mu bapfuye,


Imana yaramuzuye mu bapfuye kugira ngo ntaze yigere abora. Imana yabivuze muri aya majambo, iti: ‘Nzobaha imigisha yejejwe kandi idahinduka, iyo nasezeraniye Dawidi.’


Ariko uwo Imana yazuye mu bapfuye ntiyigeze abora.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite