Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 13:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Naho atacamwagira cari gutuma bamucira urwo gupfa, basavye Pilato kumwicisha.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 kandi naho bābuze inyanduruko yo kumwicisha, basaba Pilato kw amwica.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 13:28
10 Referans Kwoze  

Pilato yongera gusohoka abwira Abayuda bari bakoraniye aho ati: “Ngira ndamusohore ndamubazanire, ariko mumenye ko ata kibi na kimwe nasanze kimwagira.”


Pilato aramubaza ati: “Ukuri ni iki?” Ahejeje kuvuga ivyo, aca arasohoka aja aho Abayuda bari bakoraniye, ababwira ati: “Nta kintu na kimwe kimwagira.


Pilato acicaye aho acira imanza, umugore wiwe amurungikira ubutumwa buvuga ngo: “Ntihagire ikintu na kimwe ugira uwo mugororotsi, kuko naraye mbabajwe cane mu ndoto kubera we.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite