Ivyakozwe 13:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 amubwira ati: “Uri umwana wa wa mubi, umwansi w’ivyiza vyose! Uzogeza ryari kubuza abantu kugororokera Umwami? Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 ati Wewe wuzuye ubugunge bgose n’ububi bgose, wa mwana w’Umurwanizi we, wa mwansi w’ivyo kugororoka vyose, ntuzoreka kugoreka inzira z’Umwami Imana zigororotse? Gade chapit la |