Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 12:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Nuko afata Yakobo, yavukana na Yohana, amwicisha inkota.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Yicisha inkota Yakobo mwene nyina wa Yohana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 12:2
10 Referans Kwoze  

Hari abishwe batewe amabuye, abandi bahimburwamwo kubiri n’imisumeno, abandi bicishwa inkota. Hari abayerera bambaye insato z’intama n’iz’impene, ata co bafise, bahahazwa kandi bafatwa nabi.


Yesu arababwira ati: “Ni ivy’ukuri ko muzonywa ku gikombe canje. Ariko, ku vyerekeye kwicara i buryo canke i bubamfu bwanje si jewe ndabitanga. Ivyo bibanza ni ivy’abo Data yabiteguriye.”


Yesu arabishura ati: “Ntimuzi ico muriko murasaba! Mbega mwoshobora kunywa ku gikombe c’imibabaro ngiye kunywako canke kubatizwa umubatizo w’umubabaro ngiye kubatizwa?”


Yakobo na Yohana, bene Zebedayo, baza aho Yesu ari. Baramubaza bati: “Mwigisha, turakwinginze udukorere ico tugusaba.”


Baramwishura bati: “Egome twobishobora.” Yesu arababwira ati: “Ni ivy’ukuri muzonywa ku gikombe c’umubabaro ngiye kunywerako kandi muzobatizwa umubatizo w’umubabaro ngiye kubatizwa,


Muri ico gihe, ni ho umwami Herode Agiripa yatangura gufata bamwe mu bo mw’isheshengero, atangura kubahama.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite