Ivyakozwe 12:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Herode Agiripa amaze kumurondeza hose bakamubura, aca agira itohoza mu basoda, aca ategeka ko babica. Maze Herode aca ava i Yudaya yigira i Kayisariya, amarayo igihe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Herode amurondeye amubuze, acunaguza abateramyi, avuga ko babajana kubica: maz’ ava i Yudaya amanuka i Kayisariya, agumayo. Gade chapit la |