Ivyakozwe 12:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Baca bamubwira bati: “Na mba wataye ubwenge!” Ariko babonye ashishikaye kuvyemeza, baca bavuga bati: “Ashobora kuba ari umumarayika wiwe!” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Baramwishura, bat’ Urasara. Na we avuga ashimitse kw ar’ivy’ ukuri. Bati N’umumarayika wiwe. Gade chapit la |