Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 12:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Yumvise ijwi rya Petero, aranezerwa cane, aca asubira inyuma yiruka atuguruye, avuga ati: “Ni Petero ari kw’irembo!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Amenye ijwi rya Petero akanyamuneza kamubuza kwugurura, arirukanga arinjira, ababarira yuko Petero ahagaze kw irembo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 12:14
3 Referans Kwoze  

Bakizazaniwe kubera umunezero n’ugutangara kwinshi, arababaza ati: “Nta vyokurya mufise?”


Abo bagore baca bava ku mva, bagenda bihuta. Bari bafise ubwoba ariko kandi bafise n’akanyamuneza kenshi. Nuko bariruka baja kubwira abigishwa biwe iyo nkuru.


Abantu baho bamenye ko ari Yesu, baca babimenyesha abantu bo muri ako karere, na bo bamuzanira abarwaye babo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite