Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 12:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Petero aradodora ku rugi rwo kw’irembo, umukobwa w’umuguranokazi yitwa Roda aca aza kuraba uwudodoye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Petero akomanga ku rugi rw’irembo, umukobga w’umugurano yitwa Rode aja kwumvīra.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 12:13
4 Referans Kwoze  

Ariko Petero ashishikara kudodora, buguruye urugi basanga ni we, baratangara cane.


Nyene inzu niyahaguruka akugara umuryango, muzohagarara inyuma mudodora, mutakamba muti: ‘Nyakwubahwa, twugururire.’ Na we azobishura ati: ‘Sindabazi kandi sinzi n’iyo muva.’


Hanyuma aragenda ahagarara hafi y’irembo, uwundi mwigeme w’umukozi w’aho na we aramubona aca abwira abari ngaho ati: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu w’i Nazareti.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite