Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 12:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Nuko baca ku bararirizi ba mbere n’aba kabiri, bashika no ku rugi rw’irembo ryaja mu gisagara, rwari urw’icuma. Maze ruriyugurura, bararengana, barasohoka. Bagishika mw’ibarabara, wa mumarayika asiga Petero, ntiyasubira kuboneka.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Baciye ku bateramyi ba mbere no ku ba kabiri, bashika kw irembo ryugarije urugi rw’icuma, rija mu gisagara. Rurabīyugururira ubgarwo, barenga irembo baca mu nzira imwe, uwo mwanya umumarayika aca amusiga hano.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 12:10
11 Referans Kwoze  

Ariko mw’ijoro, umumarayika w’Umwami Imana yugurura imiryango y’ibohero, arabasohora.


Ubwo nyene haba nyamugigima ikomeye cane, inyiganyiza amatanguriro y’ibohero. Imiryango y’ibohero iriyugurura, iminyororo yari iboshe imbohe zose izivako.


Ku mugoroba w’uwo musi, ari wo musi wa mbere w’indwi, abigishwa bari bakoraniye hamwe biyugaranye kuko batinya abakuru b’Abayuda. Maze Yesu araza ahagarara hagati yabo, arababwira ati: “Amahoro abane namwe!”


Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Filadelufiya uti: Uwera kandi uw’ukuri, uwufise urupfunguruzo rwa Dawidi mu kiganza; ico yuguruye nta wushobora kucugara, kandi ico yugaye nta wushobora kucugurura; aravuga ati.


Amaze kumufata, amushira mw’ibohero amuha imigwi ine y’abasoda bane bane bakuranwa kumurinda. Herode yagomba kuzomucira urubanza ku mugaragaro inyuma ya Pasika.


Haheze indwi, abigishwa ba Yesu basubira gukoranira hamwe mu nzu, kandi na Toma yari kumwe na bo. Imiryango y’inzu yari yugaye, ariko Yesu araza ahagarara hagati yabo, arababwira ati: “Amahoro abane namwe!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite