Ivyakozwe 11:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Rya jwi ryongera kuvuga ubwa kabiri rivuye mw’ijuru riti: ‘Ico Imana yahumanuye ntukacite igihumanye.’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Maz’ ijwi rimbarira ubugira kabiri rivuye mw ijuru, rit’ Ivy’ Imana ihumanuye, reka kuvyita ibizira. Gade chapit la |