Ivyakozwe 11:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Nuko barabishitsa, barungikira infashanyo zabo abakuru b’ishengero ry’i Yerusalemu, zitwawe na Baranaba na Sawuli. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Babigenza bartyo, babirungikira abakuru, bijanye Barunaba na Sauli. Gade chapit la |