Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 None rero nimba Imana yabahaye ingabire nk’iyo yaduhaye, twebwe twizeye Umwami Yesu Kristo, mbega jewe nari iki aho noba intambamyi ku gikorwa c’Imana?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 None kw Imana yabahaye ingabire imwe n’iyo natwe twahawe hamwe twizera Umwami Yesu Kristo, jewe nd’ iki gishobora gutāngīra Imana?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 11:17
14 Referans Kwoze  

“Mbega hari uwobuza aba bantu kubatizwa mu mazi, kandi baronse Mpwemu Yera nk’uko natwe twamuronse?”


Ntanguye kuvuga, Mpwemu Yera abazako nk’uko yatujeko mu ntango.


Abizera bari barakebwe bari bazananye na Petero batangazwa cane n’uko ingabire ya Mpwemu Yera yasutswe no ku Banyamahanga na bo,


Ariko nimba biva ku Mana, ntimuzoshobora kubagwanya; ahubwo muzosanga muriko mugwanya Imana.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite