Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ari kumwe na Simoni, akora ivyo gutunganya insato, inzu yiwe iri ku nkengera y’ikiyaga.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 asembereye kwa Simoni umuhazi w’insāto, urugo rwiwe rur’i ruhande y’ikiyaga.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:6
8 Referans Kwoze  

Petero aca amara imisi myinshi i Yopa kwa Simoni, yakora ivyo gutunganya insato.


Ariko haguruka ushike mu gisagara, ni ho uzobwirirwa ivyo ukwiye gukora.”


Umuntu wese ahisemwo gukora ivyo Imana ishaka azotahura nimba inyigisho zanje ziva ku Mana canke ko ari amajambo yanje gusa.


Wa mumarayika baganira amaze kugenda, Koruneliyo aca ahamagara babiri mu bakozi bari kumwe n’umusoda yubaha Imana, yari umwe mu bamugendanira.


Tumako Simoni bita Petero, ari i Yopa. Asembereye mu nzu kwa Simoni akora ibijanye no gutunganya insato, aba ku nkengera y’ikiyaga.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite