Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Abizera bari barakebwe bari bazananye na Petero batangazwa cane n’uko ingabire ya Mpwemu Yera yasutswe no ku Banyamahanga na bo,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Abizeye bo mu bākebge barūmirwa, abāzananye na Petero uko bangana, kuko n’abanyamahanga na bo basutswekw ingabire, ari yo Mpwemu Yera.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:45
12 Referans Kwoze  

Nuko Petero aca arabakira ngo barare ngaho. Bukeye Petero ajana na bo, aherekejwe na bamwe bo mu bizera b’i Yopa.


Petero arabishura ati: “Umuntu wese muri mwebwe niyihane, abatizwe mw’izina rya Yesu Kristo, kugira ngo ivyaha vyanyu bibone guharirwa, ni ho muzoronka ingabire ya Mpwemu Yera.


Nuko mwibuke ko kera mwebwe Abanyamahanga mwitwa “abatakebwe” n’abo biyita “abakebwe” (bakebwe ku mubiri n’intoke z’abantu).


Twebwe twavutse turi Abayuda, ntituri Abanyamahanga b’abanyavyaha.


None rero, amaze gushika i buryo bw’Imana, yakiriye Mpwemu Yera, uwo Data yari yarasezeranye, hanyuma asuka ivyo muriko murabona kandi mwumva.


bati: “Winjiye mu nzu y’abatakebwe, usangira na bo!”


Petero asubiye i Yerusalemu, abizera bakebwe ari bo Bayuda baramunegura,


Kandi, ivyo vyizigiro ntibitetereza, kuko Imana yasutse urukundo rwayo mu mitima yacu ibicishije muri Mpwemu Yera yaduhaye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite