Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Petero akiriko aravuga ayo majambo, Mpwemu Yera amanukira ku bumvise ubwo butumwa bose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Petero akivuga ayo majambo, Mpwemu Yera aramanuka, aja ku bariko barumva iryo jambo bose.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:44
7 Referans Kwoze  

Ntanguye kuvuga, Mpwemu Yera abazako nk’uko yatujeko mu ntango.


Pawulo abarambitseko ibiganza, Mpwemu Yera aca abazako, batangura kuvuga izindi ndimi no kuvugishwa n’Imana.


Imana, yoyo izi imitima y’abantu, yerekanye ko ibemeye mu kubaha Mpwemu Yera, nk’uko yamuduhaye.


Bahejeje gusenga, aho bari bakoraniye haratigita, bose buzuzwa Mpwemu Yera, baca bigisha ijambo ry’Imana bashize amanga.


“Mbega hari uwobuza aba bantu kubatizwa mu mazi, kandi baronse Mpwemu Yera nk’uko natwe twamuronse?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite