Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Ku musi ukurikira barashika i Kayisariya, kandi Koruneliyo yari abiteze, yari yakoranije incuti n’abagenzi biwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Bukeye bg’aho bashika i Kayisariya, Koruneliyo yar’ abīteze, yākoranije incuti ziwe n’abakunzi bo ku mutima.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:24
14 Referans Kwoze  

Filipo aca asubira kubonekera muri Azoto, ahaca avuga Ubutumwa Bwiza mu bisagara vyose gushika ashitse i Kayisariya.


Mu nyuma Lewi ategurira amazimano Yesu i muhira iwe, atumira n’abatozakori benshi n’abandi bantu, baraza basangira na bo.


Yesu ashitse i Kayisariya mu bwami bwa Filipo, abaza abigishwa biwe ati: “Mbega abantu bavuga ko jewe Umwana w’Umuntu ndi nde?”


I Kayisariya hari umugabo yitwa Koruneliyo, yari umugabisha w’umuce w’ingabo bita Umuce w’Abataliyano.


Nuko bagenda baraganira binjira mu nzu, Petero asanga hari isinzi ry’abantu bahakoraniye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite