Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Petero arururuka, abwira ba bantu ati: “Ni jewe muriko murarondera. Muzanywe n’iki?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Petero arururuka, asanga abo bantu aho bari, arababarira, ati Ni jewe uwo murondera: mbega mugenzwa n’iki?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:21
6 Referans Kwoze  

Ni co gituma igihe mwantumako nemeye kuza ntahigimanze. Nagomba rero kubaza icatumye muntumako.”


Yesu arayibaza ati: “Ushaka ko ngukorera iki?” Na yo iti: “Mwigisha, ndashaka guhumuka.”


Haguruka wururuke kandi ntutinye kujana na bo kuko ari jewe nabarungitse.”


Ba bantu barishura bati: “Turungitswe na Koruneliyo, umugabisha w’abasoda ijana. Ni umugororotsi yubaha Imana, ashingirwa intahe n’ubwoko bw’Abayuda bwose. Umumarayika yamubwiye ngo agutumeko iwe kugira ngo yumve ivyo uri bumubwire.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite