Ivyakozwe 10:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Petero akiriko ariyumvira kuri bimwe yerekwa, Mpwemu Yera aramubwira ati: “Simoni, hari abantu batatu bariko barakurondera. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Petero aciyumvira ivyo yeretswe, Mpwemu aramubarira, ati Har’ abantu batatu bariko barakurondera. Gade chapit la |