Ivyakozwe 10:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Rya jwi ryongera kumubwira ubwa kabiri riti: “Ico Imana yahumanuye ntukacite igihumanye.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Iryo jwi risubira kuza ubugira kabiri, riramubarira, rit’ Ivy’ Imana ihumanuye, reka kuvyita ibizira. Gade chapit la |