Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Carimwo ibikoko vy’ubwoko bwose bigendera ku maguru ane, ibikwega inda hasi, hamwe n’ibiguruka mu kirere.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 hārimw’ ubgoko bgose bg’ibigenza amaguru ane, n’ibikwega inda hasi vyo kw isi, n’ibiguruka vyo mu kirēre.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:12
10 Referans Kwoze  

Ku musi wa nyuma w’iyo misi mikuru, ari wo uruta iyindi, Yesu arahaguruka avuga n’ijwi rirenga ati: “Uwunyotewe wese naze aho ndi anywe.


Abona ijuru ryugurutse, abona ikintu kimeze nk’igitambara kinini cururutswa hasi gifashwe ku mitwe yaco uko ari ine.


Maze yumva ijwi rimubwira riti: “Petero we, haguruka, ubage, urye.”


Nihweje muri co, mbona ibikoko bigendera ku maguru ane, inyamaswa zo mw’ishamba, ibikwega inda hasi hamwe n’ibiguruka mu kirere.


Aho gusenga Imana y’icubahiro kandi idapfa, basenga ibishushanyo bibajwe bifise ishuho y’umuntu apfa, iy’inyoni, iy’ibikoko n’iy’ibikwega inda hasi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite